Imikino
UCL: baragaruka bakina umunsi wa 6.

Kuri uyu mugoroba wo kuwa 10 Ukuboza 2024 rya rushanwa ry’ amakipe rikomeye kuruta ayandi ku mugabane w’ uburayi uefachampionsleague yagarutse. Ryagarukanye imikino idasamaje cyane kuri uyu wa kabiri (10/12/2024). Imikino ipfa kugaragaramo amakare itegerejwe kuri uyu wa gatatu (11/12/2024)
Dore uko ziribwesurane kuri uyu wa kabiri :
Umukino usa nk’ ukomeye ni uwo Atalanta iraza kwakiramo Real Madrid yayihemukiye kuri UEFA Super Cup.